Home Search Countries Albums

Joy

MTC

Joy Lyrics


Munezerwe, Munezerwe
(Umunezero wanyu ugaragarire abantu Bose)
Munezerwe, Munezerwe
(Wa munezero udafatiye kuvy'ucamwo buri musi)

Joy Joy joy joy joy
Y'Imana yatumye ntacitwa umugoyigoyi
Kuko yangize umutunzi w'Ivy'Ifise vyose
Je nabonye Iy'Imbona kw'iriba ry'irahayi royi
Umurwanizi arangerageza nkamutwenga
Nkasubira nkatwenga
Kuko umunezero w'Uhoraho nizo nkomezi zingendesha hejuru y'ivyo ncamwo

Your Joy Your Joy overfills me from my innermost
Nothing nothing on the earth can take it away
It is in me through Christ Jesus who abides in me
Nothing on this earth Can take it way

Namenye Yuko umunezero wiwe
Arizo nkomezi zanje mfise muri we
Uwo je ntaco wuntwara
Nama nitwengera
Ntaco wuntwara
Igihe cose nama nitwengera (iyooo eeeh)

J'exprime ma joie par mon exultation
Dans le Seigneur des temps et des situations
Projet de paix et non de malheur
Pour que j'ai un avenir plein de l'espérance
Qu'elle soit pour moi un sujet d'allégresse et de joie

Flagellation crucifixion est le cheminement de l'amour sans condition
Sa joie est ma force
Constamment dans ma conscience
Je cours je frappe non pas comme battant de l'air
It is in me through Christ Jesus who abides in me
Nothing on this earth Can take it way

Namenye Yuko umunezero wiwe
Arizo nkomezi zanje mfise muri we
Uwo je ntaco wuntwara
Nama nitwengera
Ntaco wuntwara
Igihe cose nama nitwengera (iyooo eeeh)

Umunezero umunezero nagabiwe
Niwe utuma uyu musi nd'umuntu atunganiwe
Imiyaga, imifunda biraza ariko vyama binsanga nezerewe
Mfise umunezero utava kuvy'iyi si itanga
Uva muri Kristo muri we mfise iryo tunga
Ritokurwaho ivyo ntivyobaho
Inkomezi zanje n'umunezero w'Uhoraho.
Nezerwa je ndabisubiyemwo
Nezerwa muMwami

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2022


Album : Joy (Single)


Added By : Florent Joy

SEE ALSO

AUTHOR

MTC

Burundi

MTC - More Than Conquerors (Rom 8:37) is a Gospel music Band from Bujumbura in Burundi . The group i ...

YOU MAY ALSO LIKE