You know Better Lyrics
Ndasosewe n’urukundo rwawe
Ndahimbawe nukwitwa uwawe
Waraje umpa energy
Musore wo mumuji
Narihojeje abandi
Ubu iwawe Niho ndi
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha
Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha
Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Every night my Darling erega ni wewe ndota
Ndikumwe Nawe Darling Hakuna Matata
Everywhere my Darling erega ni wewe mbona
Ndikumwe Nawe Darling Mimi Sina noma
Bavuga kw’amaso akunda atabona neza
Ko wankunze birenze undondera kubr utanzi neza
Bavuga ko ntagukwiye ntarumuntu Mwiza
Ngo nivyakanya gato mumezi abiri uzobumenye neza
Bavuga kwimico yanje ntihuje niyawe
Umugabo nkawe ntaberanye Nanje
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha
Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha
Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Every night my Darling erega ni wewe ndota
Ndikumwe Nawe Darling Hakuna Matata
Everywhere my Darling erega ni wewe mbona
Ndikumwe Nawe Darling Mimi Sina noma
Darling Hakuna Matata
Darling Mimi Sina noma
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2024
Album : (Single)
Copyright : (c)2024
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
YOU MAY ALSO LIKE