Home Search Countries Albums

Only One

MO'W KANZIE

Only One Lyrics


Najiskia poa kuwa na wewe mpenzi wangu
Oh my god u’re amazing nashukuru mungu wangu
Ni wewe gusa uzi aho amajambo umbwira nkaruhuka
Ni wewe gusa uzi aho unkora maze nkatuza
Je mpora niyumvira ko ataco ntera kukwanka
Abandi bose mbona ari fake
Ndagukunda tu n’as pas idée

My love, Baby, you’re my everything yeah
My love, baby

Coz you’re the only one, uri ijuru ryanje naronkeye kwisi
Uri kubumara mumaraso yanje
And you’re my medecine
Coz baby you’re my fantasy
Oh mukwano gwange kwagala nyo
You’re stuck in my memory
Mukwano gwange yeah

Nimba hari ivyiza Imana yaremye uzubwambere
Sinkeranya ko kugukunda arico naremewe
Nkubonye umutima ngo boom boom boom
Amaso yanje Kuri wewe zoom zoom zoom
Ndagukunda my boo boo boo
Ico ushaka cose nita do do

My love, Baby, you’re my everything yeah
My love, baby

Coz you’re the only one, uri ijuru ryanje naronkeye kwisi
Uri kubumara mumaraso yanje
And you’re my medecine
Coz baby you’re my fantasy
Oh mukwano gwange kwagala nyo
You’re stuck in my memory
Mukwano gwange yeah

Cause Baby you’re my fantasy
You stuck in my memory
Oh Baby you’re my fantasy
My memory, My Only One yeah

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2023


Album : Only One (Single)


Copyright : (c)2023


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

MO'W KANZIE

Burundi

...

YOU MAY ALSO LIKE