Imigambi Lyrics
Muminsi mibi
Nari nihevye
Abansi bankikuje
Ivyanje vyari biheze
Maze uramfata
Unyonger’inkomezi
Mugishingo c’urupfu
Unyongera ubuzima
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Eh’imigambi imfitiye
Yaranyamanye yara yaranyamanye Enh ( isi n’ijuru bitarabaho)
Yaranyamanye yara Yaranyamanye oh ( yaramporanye muvyiyumviro)
Iminsi yanje yanditswe mugitabo c’uhoraho yashinzwe hatarabaho n’umwe ntawobikuraho
Vyiyumviro kuri je n’amahoro haba namba sivy’ivyago
Sotilia sotilia
Ubu nd’ubutunzi
Sotilia sotilia
Ubu mfis instinzi
Ntacaturiwe kungwanya kizogira ico kingira
kanatsinda nakanwa kampagurukiye ndazi neza ko kaca kugarwa
Je ndasangangura je ndakomvomvora maze nkubaka kandi nkateragira
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Ibiriho nibizoza
Urunganwe kurundi
Ntacobihindura
Ibiriho nibizoza
Urunganwe kurundi
Ntakibasha kubihindura
Ico yavuze kirashika
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Eh’imigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Mbega uwoturwanya Ni nde?
Nimba uri kuruhande rwacu?
Mbega uwoturwanya Ni nde?
Nimba uri kuruhande rwacu?
Eh’imigambi imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2022
Album : Imigambi (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
REDEMPTION VOICE
Burundi
Redemption Voice is an African gospel group based in Burundi, working hard to promote the Message of ...
YOU MAY ALSO LIKE