Home Search Countries Albums

Icirore

ESTHER NISH

Uriciro cirore cirore cirore
Uriciro cirore cirore cirore
Esther Nish
Dore dore
Uriciro cirore cirore cirore
Uriciro cirore cirore cirore
Icirorecanje, dore

Love was and for me and you babe
You are so romantic
Pfatakuboko numdekure
Usage mwishamba jejenyene
Ubikore nkabandi
Narinaramenyereye guhura na basani burukundo
Bakinisha umtima wanje, my baby yoo oh
Niwoe wanyeretse ururukundo icarico
Nyigisha kuryohererya ububuzima
Sinzokureka maaa!

Nalingoyo yoyoyo
My super love
Icirore canje
Nkirabamo nkaryoherya
Nalingoyo yoyoyo
My super love
Virore canje
Nkirabamo nkaryoherya

Uriciro cirore cirore cirore
Uriciro cirore cirore cirore
ICirore canje, oh no no no
Uriciro cirore cirore cirore
Uriciro cirore cirore cirore
Icirore canje oh la la la

Nakupenda buretu, nitabaki nawetu my darling, darling
Nisijali chochote, nipeleke popote baby boy
Let me feel your love my heart because
I never leave without everyday every time
Think about you
My boo oh, my boy meek too much to me
Too much to me
Niwowe wanyeretse ururukundo icarico
Nyigisha kuryoherere rya ubuzima
Sinzokureka maa

Nalingoyo yoyoyo
My super love
Icirore canje
Nkirabamo nkaryoherya
Nalingoyo yoyoyo
My super love
Virore canje
Nkirabamo nkaryoherya

Uriciro cirore cirore cirore
Uriciro cirore cirore cirore
Icirore canje, oh no no no
Uriciro cirore cirore cirore
Uriciro cirore cirore cirore
Icirore canje oh la la la

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Added By : Farida


Release Year : 2020


Album : Icirore (Single)


Genre :

SEE ALSO

AUTHOR

ESTHER NISH

Burundi

Esther Nish is a super talented artist/singer/vocalist from Bunjumbura, Burundi . She came to t ...

YOU MAY ALSO LIKE