Home Search Countries Albums

Urera Lyrics


Yesu urubuzima
Impamvu yo kubaho niwewe gusa
Isoko nziza idakama
Intango niherezo niwewe gusa
Uko niko natumbereye ahera cane
Mwami reka nduze ibiganza
Nshime izina ryawe Mukiza

Mana urera, urera
Reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye
Mana urera, urera
Reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye

Mutima wanje tuza urakunzwe
Nuwutiga gukunda yagucunguye
Ugurura akanwa kawe uririmbe izina ryiwe
Umubwire ko nawe umukunda
Kandi wongereko uvuge uti

Mana urera
Reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye
Mana urera, urera
Reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye
Mana urera, urera
Reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye
Mana urera, urera
Reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye

Wandemeye
Ico nicowandemeye  
Wewe waturemeye kuba abami nabaherezi
Wewe waturemeye kuganza isi nibiyirimwo

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2022


Album : Urera (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

REDEMPTION VOICE

Burundi

Redemption Voice is an African gospel group based in Burundi, working hard to promote the Message of ...

YOU MAY ALSO LIKE