Home Search Countries Albums

Ikimetemete

MASTERLAND

[VERSE 1]
N'umwana yitahura
She' Very kinda, n'ukuri aranduhura
Arazi k'ari mwiza ntiyiparatura
She's nuh a Gold digger
Ntakangwa n'uduhera
Afise vyose nkeneye
Uwundi nomukurahe?
Ninde afise nkanje duhaye?
Hmmm yovahe?

[PRE-CHORUS]
She shines like a star in the midnight
She knows who she is, she’s my moonlight

[CHORUS]
Uwanje n'ikimetemete, n'ikimetemete
Ateye neza n'ikimetemete
Mu mwijima aramurika
Uwanje n'ikimetemete, n'ikimetemete
Yigenza neza n'ikimetemete
Aratambuka bakamiramitwa

[VERSE 2]
N'ikimetemete
Ateye nk'igisabo nka Nella deMatt
Aratwenga, umwijima ugahunga
Wohora uraraba, ingene agenda ashogomanga
Duhuj'amaso mbona inyenyeri,
Nkarota ku murango
Mubandi bose akwiye umudali, ari Ku murongo

[PRE-CHORUS]
She shines like a star in the midnight
She knows who she is she's my moonlight

[CHORUS]
Uwanje n'ikimetemete, n'ikimetemete
Ateye neza n'ikimetemete
Mu mwijima aramurika
Uwanje n'ikimetemete, n'ikimetemete
Yigenza neza n'ikimetemete
Aratambuka bakamiramitwa
Uwanje n'ikimetemete, n'ikimetemete
Ateye neza n'ikimetemete
Mu mwijima aramurika
Uwanje n'ikimetemete, n'ikimetemete
Yigenza neza n'ikimetemete
Aratambuka bakamiramitwa

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Added By : Farida


Release Year : 2020


Album : Ikimetemete


Genre :

SEE ALSO

AUTHOR

MASTERLAND

Burundi

Masterland is a young East African musician, composer, producer and founder of his own record label ...

YOU MAY ALSO LIKE