Leila Lyrics
They talk and talk tryna break our love
Badusambuze batazi n'iyo twatanguriye
Bavuga ngo nzoguta ngira baraturaguriye
Abastars ntitwubaka turi inryanrya baraduhinyuye
Sinoguta Mama ntaco nosigarana
Umusi umwe ntakubona vyongora kwihangana
Bashaka kugutuntuza
Ngo baronke ico kumbuza
Oya sinzokubabaza
Leila my chérie yooo
Leila ma juju eeeh
Leila, All i want is you my babe yooo
Leila my Chérie
Leila my Juju
Leila, ils sont jaloux de nous
La la la la la la
Kuvuga ntibazoreka
Kugukunda sinzoreka
Oya Mama ntivyoshika
Ko nohemuka
Bose bigira je connais, Masterland je connais
Ngo singukunda wenyene, ngo mfise n'ubwibone
Sinoguta Mama ntaco nosigarana
Umusi umwe ntakubona vyongora/ kwihangana
Bashaka kugutuntuza
Ngo baronke icokumbuza
Oya sinzokubabaza
Leila my chérie yooo
Leila ma juju eeeh
Leila, All i want is you my babe yooo
Leila my Chérie
Leila my Juju
Leila, ils sont jaloux de nous
La la la la la la
Bashaka kugutuntuza
Ngo baronke icokumbuza
Oya sinzokubabaza
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2021
Album : Leila (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
MASTERLAND
Burundi
Masterland is a young East African musician, composer, producer and founder of his own record label ...
YOU MAY ALSO LIKE