Home Search Countries Albums

Timbirako

MB DATA Feat. OLGA, NORIA

Timbirako Lyrics

New era music
It’s Naone Data bolus olga
You already know
Olga na Noria eeh
Naweye

Umugabo agira ibimugora narikwegeye njewe
Nagizengo ndotse amahaba nkumbi n’ibara mama
Uzovaku waje hafi ntunkome
Bitware uko none uyu ansumba iki njewe
Oya ndi toto ndogo ndikora kagafata
Vyemere ko ushaje umukobwa akaba nyabarara
Nimba ari ugutahira ntahira mwese
Ariko umunsi wanjye wawutwaye iwiwe
Nawutwaye kubera ko njyezweho
Uwumva atagomba kuhuza n’uwundi
Aleeh kwa Nyina

Yololo muzonyica
Yololo muzonyica njewe
Yololo vyemere
Yololo vyemere utsimbe

Timbirako timba timba timbirako
(Ntaho uca)
Timbirako timba timba timbirako
(Papa)

Nazanye umugore wa kabiri kuko wamfataga nabi
Ariko Mama nuwa kabiri nagapilipili nta
Ariko baby sindakubebesha ahaaah
Aloooooh heeh
Ahubwo uramurembesha
Nimba ari ugutahira ntahira mwese
Ariko umunsi wanjye wawutwaye iwiwe
Nawutwaye kubera ko njyezweho
Uwumva atagomba kuhuza n’uwundi
Aleeh kwa Nyina

Yololo muzonyica
Yololo muzonyica njewe
Yololo vyemere
Yololo vyemere utsimbe

Timbirako timba timba timbirako
(Ntaho uca)
Timbirako timba timba timbirako
(Papa)
Timbirako timba timba timbirako
(Ntaho uca)
Timbirako timba timba timbirako
(Papa)

Aleeh kwa Nyina

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2021


Album : Timbirako (Single)


Added By : Florent Joy

SEE ALSO

AUTHOR

MB DATA

Burundi

MB Data is as Burundian musician signed under M.A Production ...

YOU MAY ALSO LIKE