Home Search Countries Albums

Ubwiza Lyrics

Ubwiza bwawe mwami ehe bwuzuye hano
Nanje nciye bugufi mpfukamy’ imbere yawe
Mwami ikingenza ngaha n’ugusuk’ ubumote
Bw’ishimwe ryanje Yesu ku birenge vyawe
Mpwemu w’imana nzima
Nyiganyiza kino kibanza
Rungika za ndimi zisha
(Ubwiza bwawe mwami ehe bwuzuye hano
Nanje nciye bugufi mpfukamy’ imbere yawe
Mwami ikingenza ngaha n’ugusuk’ ubumote
Bw’ishimwe ryanje Yesu ku birenge vyawe
Mpwemu w’imana nzima
Nyiganyiza kino kibanza
Rungika za ndimi zisha

Manitse amaboko yanje ndakwihaye mukiza
Nje mu mababa Yawe mana kure y’amaso y’abantu
Data Yesu mpwemu)

Ubwiza bwawe mwami ehe bwuzuye hano
Nanje nciye bugufi mpfukamy’ imbere yawe
Mwami ikingenza ngaha n’ugusuk’ ubumote
Bw’ishimwe ryanje Yesu ku birenge vyawe
Mpwemu w’imana nzima
Nyiganyiza kino kibanza
Rungika za ndimi zisha

Manitse amaboko yanje ndakwihaye mukiza
Nje mu mababa Yawe mana kure y’amaso y’abantu
Data Yesu mpwemu

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2020


Album : Ubwiza (Single)


Copyright : © HM music


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

FABRICE NZEYIMANA

Burundi

Fabrice Nzeyimana, is a worshiper by calling, musician, singer,and recording artist from Burundi, an ...

YOU MAY ALSO LIKE