Home Search Countries Albums

Ndi Ku Rutare

ERICA & JESSICA Feat. SERGE IYAMUREMYE

Ndi Ku Rutare Lyrics

Let's come together, with a heart of worship
Isaiah 43:2 says
Let's embrace this grace

Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry’ ibirenge vyanje
Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry’ ibirenge vyanje

No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
Kubw’ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare
No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
Kubw’ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare

Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry'ibirenge vyanje
Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry'ibirenge vyanje

No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
kubw'ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare
No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
kubw'ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare

Ndi Kumwe namwe ndakomeye
Ntaco nzoba ijambo ryawe rirankomeza no
Mu miraba
Ndi Kumwe namwe ndakomeye
Ntaco nzoba ijambo ryawe rirankomeza no
Mu miraba
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Ooohh ooohh ooohh ooohh

Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh Yahweh

He's my shepherd, He's my helper in my
Highs and lows
Through the deep waters, through the fire
I am safe in your hands
For your word is with me I will be still on the mighty Rock
Through the deep waters, through the fire
I am safe in your hands
For your word is with me I will be still on the mighty Rock

Hata katika maji na kwa moto, sitaogopa
Kwa Neno lako nimeimarishwa niko juu ya
Mwamba
Hata katika maji na kwa moto, sitaogopa
Kwa Neno lako nimeimarishwa niko juu ya
Mwamba

Ndikumwe nawe ndakomeye , Ntaco nzoba
Ijambo ryawe rirankomeza no mu miraba
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Ooohh ooohh ooohh ooohh

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2021


Album : Ndi Ku Rutare (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

ERICA & JESSICA

Rwanda

Erica and Jessica Duo is a Christ centered ministry anointed to proclaim good news to the nations so ...

YOU MAY ALSO LIKE