Home Search Countries Albums

Sihari Yazutse

ERICA & JESSICA

Ntakiri mu mva yarazutse
Ubu n’Umwami mu mutima
Araganjeeeh eeh
Ntakiri mu mva yarazutse
Ubu n’Umwami mu mutima wanje

Ku mva ye handitswe
Sihari yazutse
Ku mva ye handitswe
Sihari yazutse
Sihari yazutse
Sihari yazutse
Sihari yazutse
Sihari yazutse

Ntakiri mu mva yarazutse
Ubu n’ Umwami mu mutima
Araganje eeh eeh
Ntakiri mu mva yarazutse
Ubu n’ Umwami mu mutima wanje

Yatsinze urupfu na kuzimu
Ubu ni muzima n’Umwami aganje eeh eeh eeh
Ibihe
Yatsinze urupfu na kuzimu
Ubu ni muzima n’Umwami aganje eeh eeh eeh
Ibihe
Haleluya Haleluya Yesu araganje
Haleluya Haleluya Yesu araganje
(Tumuhimbaze tumutazire)
(Reka tumubwire twese Yesu araganje)
Araganje araganje araganje araganje
(Yicaye I buryo bwa Se araganje)
Araganje araganje araganje araganje
(Ni muzima ahh aah)
Ni muzima ni muzima ni muzima ni muzima
(Indimizature zivuge kuri Umwami)
Ni muzima ni muzima ni muzima ni muzima
(Amavi apfukame indimi zature zivuge kuri Umwami)
Yaratsinze yaratsinze yaratsinze yaratsinze
(Mubaze Petero hamwe na Yohana hamwe na Yakobo ooh)
Yaratsinze yaratsinze yaratsinze yaratsinze
(Imva y’Umwami irarangaye)
Arashoboye arashoboye arashoboye arashoboye
Arashoboye arashoboye arashoboye arashoboye

Sihari yazutse (ubu n’Umwami arashoboye ntakimunanira ooh)
Sihari yazutse
Sihari yazutse
(yarazutse Yesu n’Umwami yicaye
I buryo bwa Se azogaruka kutujana twicarane nawe mu bwami bwiweee)
Sihari  yazutse

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Added By : Farida


Release Year : 2021


Album : Sihari Yazutse (Single)


Genre :

SEE ALSO

AUTHOR

ERICA & JESSICA

Rwanda

Erica and Jessica Duo is a Christ centered ministry anointed to proclaim good news to the nations so ...

YOU MAY ALSO LIKE