Home Search Countries Albums

Ndakubone Lyrics

Ku birenge vyawe
Mwami ndaje
Nkuk' umwana aganira n'umuvyeyi
Ni wewe nifuza, soko imara inyota
Mwami ndaje, ndashitse
Nkora ku maso ndakubone
Ndengerwe n' urukundo rwawe
Unshikane ahera h' ahera
Mpore ngushima ubudasiba mwami wanje

Wavuze ngo unyizera
Inzuzi z'amazi y' ubugingo
Zizotemba ziva muri we
Tembesha imigezi mu mutima wumye
Nuzure indirimbo ngutazire na ntaryo
Nkora ku maso ndakubone
Ndengerwe n' urukundo rwawe
Unshikane ahera h' ahera
Mpore ngushima ubudasiba mwami wanje
Unshikane ahera h' ahera
Mpore ngushima ubudasiba mwami wanje

Nkukw' impongo ihuzagizwa
Irondera amazi mwami
Niko nanje ndakwifuza none
Nkukw' impongo ihuzagizwa
Irondera amazi mwami
Niko nanje ndakwifuza none
Nkukw' impongo ihuzagizwa
Irondera amazi mwami
Niko nanje ndakwifuza none
Nkukw' impongo ihuzagizwa
Irondera amazi mwami
Niko nanje ndakwifuza none

Kingura Kingura Kingura
Ndashitse mu marembo yawe
Kingura Kingura Kingura
Ndashitse mu marembo yawe
Kingura Kingura Kingura
Ndashitse mu marembo yawe
Kingura Kingura Kingura
Ndashitse mu marembo yawe

Nkora ku maso ndakubone
Ndengerwe n' urukundo rwawe
Unshikane ahera h' ahera
Mpore ngushima ubudasiba mwami wanje

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2021


Album : Ndakubone (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

ERICA & JESSICA

Rwanda

Erica and Jessica Duo is a Christ centered ministry anointed to proclaim good news to the nations so ...

YOU MAY ALSO LIKE