Home Search Countries Albums

You Lyrics

Ooh Lord ! Aaaaaaah
Yeah !! Badder than dem

Ino ndirimbo yanje ntimuyifate faux
Faut que je me défoule
Alors laissez mi cracher les mots
A tous ces bâtards qui parlent derrière mon dos
Bigira incuti kumbe ar’abangenzi ba faux

Je dis f*ck you
Je repète encore Mara Tatu
Je n’suis pas sourd
Gusa bingeza ahantu eeehe eh

Uwuguhisha ko akwanka
Umisha ko ubizi
Naho nigira zimza
Harya vyose mba mbizi
Ngwino dusangire ngutwengere
Ariko mba ndakubitse
So f*ck you
Ngwino dusangire ngutwengere
Ariko mba ndakubitse
F*ck You… You… You…

Umugenzi n’iki
Mumwe mugendana mutagenzanya vyakugora akakwigorera
Umugenzi n’iki
Suwukuvuga nuwu kuvuna
Mumakuba iyo bwagukubiye
J’ia des infos
Y’en a même ceux qui veulent me faire la peau
Sijafa bado
Kibirengeye est toujours au contrôle eeeh

Uwuguhisha ko akwanka
Umisha ko ubizi
Naho nigira zimza
Harya vyose mba mbizi
Ngwino dusangire ngutwengere
Ariko mba ndakubitse
So f*ck you
Ngwino dusangire ngutwengere
Ariko mba ndakubitse
F*ck You… You… You…
F*ck you yeah
F*ck you

Desideratus
F*ck you yeah
The Bantu Bwoy
F*ck you yeah ….

 

 

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2019


Album : You (Single)


Copyright : © 2019 BANTUBWOY ENTERTAINMENT


Added By : Afrika Lyrics

SEE ALSO

AUTHOR

BIG FIZZO

Burundi

Mugani Desire, best known as Big Fizzo, is performer and song witer from Bujumbura, Burundi.He Start ...

YOU MAY ALSO LIKE