Agacupa Lyrics
Aga mhmm ni nooma gatuma abakundana bacanamwo
Bakankana imisi yose bama mumuryano
Aga mhhm mmh ni hatari gatuma abagenzi bab abansi yeah
Gafis ubushobozi kakakwibagiza kuri kw isi yeah
Ooh naho gaterany abantu gakur ama stress eeh
Niho niho karinda gasamaz abantu karayobeye eeh
Gafise power power kararenz ako kantu
Gafise power power kabiz akuy ako kantu
Aga mmh mhhm
Aga mmhh
Muba jeune karagisibije mubatama karasiz iraje
Aga mmh mhhm
Aga mmhh
Muba jeune karagisibije mubatama karasiz iraje
Gahombesh abantu kandi kakagutesh Ubuntu
Kakabiz iyashu
Kakakurya kakaguteza n abantu
Ako kantu ni final
Gakinagiz abakuze n abana
Babundabunda mumakona
Aba boss n abakene bagahana
Oh na na na ooh na na na
Niwishinga Aga mmmmhh mmh uraharara
Gafise power power
Kararenze ako kantu
Gafise power power
Kabiz akuy ako kantu uuuh yeah
Aga mmhh mmh
Aga mmhh mmmhh
Mub jeune karagisibije
Mubatama karasiz iraje
Uuuuuh uuuh uuuuh
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2022
Album : Agacupa (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
YOU MAY ALSO LIKE