Home Search Countries Albums

Ndabe

B-FACE

Ndabe Lyrics


Come on bae
Ngwin’utambuke ndabe
Come on bae
Mbe ninde afise nkanje
Come on bae
Hoo yeah, Rude Boy
B Face on the flo
(The major)

Mw’ ijambo rimwe
Nkund’ unukobwa mwiza
Kandi tuvyumva kumwe
Ntiyiger’ amaramaza
Twahisemwo kub’ umwe
Kugira twubak’ urugo rwiza
Tunapendana sana
Tune runaelewana sana
Kandi tubishimir’ imana
Yo yaduhuje tukabanaah aaah
Ninaco gituma
Bintera kwishimaaaah
Muzan’ abanyu ndabee

Come on bae
Ngwin’utambuke ndabe
Come on bae
Mbe ninde afise nkanje
Burya yoba nkande
Afise nkuyu wanje uuu
Atambuka neza kurush’ uyu wanje
Ndamurabeee
Amuzane duhayeee

C’est toi que j’aime, c’est toi que j’adore
C’est toi que je considère
C’est toi ma belle, c’est toi mon ange
C’est toi ma vie ibihe vyose
Hooo yeah

Uwuzonteranya nawe niwe tuzirukaaa
Kuko ntawundi jewe numva nshakaaa
Nzokwirind’ ikintu cotum’ uhindukaaa
Abatahaz’ iyo twavuye bahore
Kuko bazohava barwara imitima
Twebwe dukundana ivy’ akaroruhore
Bizatuma turambana mu buzima
Reka guter’ icabo amso mwugare
Kuko ni mwaraba nabi muzohava muhuma

Come on bae
Ngwin’utambuke ndabe
Come on bae
Mbe ninde afise nkanje
Burya yoba nkande
Afise nkuyu wanje uuu
Atambuka neza kurush’ uyu wanje
Ndamurabeee
Amuzane duhayeee

Abatahaz’iyo twavuye bahore
Kuko bazohava barwara imitima
Twebwe dukundana ivy’akaroruhore
Bizotuma turambana mu buzima
Abatahaz’iyo twavuye bahore
Kuko bazohava barwara imitima
Twebwe dukundana ivy’akaroruhore
Bizotuma turambana mu buzima

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2020


Album : Ndabe (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

B-FACE

Burundi

B-Face (B-face On The'flo)  is an award winning rapper from Burundi. ...

YOU MAY ALSO LIKE