Home Search Countries Albums

Araruenze

B FACE

Araruenze Lyrics


One way

Umukobwa wanje araruenze (araruenze)
Muk’umukunda sinihenze
Oya sintihenze
She is original
I love her more and than more
Twavy’izasanzemwo
Ukuntu twiyumvanamwo
She is my queen
She is my queen
She is my queen

Jewe nawe turuzuzanya (turuzuzanya)
Ndamubwiye ikintu aranyumva (aranyumva)
Kandi sinkekeranya
Ndabizi yuko nawe ankunda
Narashitse sinzovamwo
Narashinze imizi
Ibihe vyiza mbayemwo
Ni jewe ndabizi
Abanzi ntibabura
Gusambura izo batubatse
Ariko baziyomora
Ivyo bifuza bidashitse

Umukobwa wanje araruenze (araruenze)
Muk’umukunda sinihenze
Oya sintihenze
She is original
I love her more and than more
Twavy’izasanzemwo
Ukuntu twiyumvanamwo
She is my queen
She is my queen
She is my queen

She is my best friend
And we love each other
Ndamukunda rumwe rudende
Sindamuvanga
Ico ankundira
Muri vyose ndamutahura
Nawe akanyumva
Ibintu vyose ndamubwira
Je l’aime à mourir
Sinifuza yuko ancika
J’adore son sourire
Birampimbara ariko aratwenga

That why I say she is better than others
Niyo turi kumwe niyumva ndi boombanda
Nico gituma bose babaza watagwaa
Mukihendelea kusema sana
Mutapigwa eeeh
Mutapigwa eeeh

Umukobwa wanje araruenze (araruenze)
Muk’umukunda sinihenze
Oya sintihenze
She is original
I love her more and than more
Twavy’izasanzemwo
Ukuntu twiyumvanamwo
She is my queen
She is my queen
She is my queen
Oyeeeh
She is my queen
She is my queen

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2021


Album : Ararenze (Single)


Added By : Florent Joy

SEE ALSO

AUTHOR

B FACE

Burundi

B Face is a Burundian Best Hip Hop Award winner ...

YOU MAY ALSO LIKE