Si Piripiri Lyrics

S’agapiripiri, ndababwa iyo
Uri kure aho ntabona
Rukundo rwanje
Ndawaza mbali iyo ntakubona
Nama nshaka kenshi
Wane uri iruhande rwanje
Naje nuko tabani
Iyo uri aho ntakubona
Kukubura ni ikosa, iryo ndarivuze
Kandi kukugira, n’umugisha vy’ukuri
Umpa amahoro nkibona, nk’umuhoro
Umpa urukundo nkabona umurongo
Ni we rurabo rwanje
Rumuri rumuri rwanje
Ndakubura rimwe nkasara
Ugiye lote nopfa
S’agapiripiri, ndababwa iyo
Uri kure aho ntabona
Rukundo rwanje
Ndawaza mbali iyo ntakubona
Nama nshaka kenshi
Wane uri iruhande rwanje
Naje nuko tabani
Iyo uri aho ntakubona
Sivyimbeshere rukundo
Iyo urikure ndabura amahora
Mbega ngo nkumburiki?
Special twatu
Erega kugukunda uri umwe
Nico cizere canje
Nanka ko woja mbali
Bamwe bagukurikira
Woje ukansiga only bikarya nkasigara nkipfumvyi
Yaa habibi yaa khamush my baby
Ngwino ndagukunde uri only girl
S’agapiripiri, ndababwa iyo
Uri kure aho ntabona
Rukundo rwanje
Ndawaza mbali iyo ntakubona
Nama nshaka kenshi
Wane uri iruhande rwanje
Naje nuko tabani
Iyo uri aho ntakubona
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2020
Album : Si Piripiri (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
YOU MAY ALSO LIKE