Home Search Countries Albums

Nyemerera

TETERO LAURETTE

Nyemerera Lyrics

[VERSE 1]
Musore Mwiza
Ngize imiNsi nkwiheza
Wama wijiriwe
Bivuye kuwo mukundanye
Mumutima
Nkibaza mbega ko nakwimitse
Wonyemerera nkakugira uwanje
Ngwino nguteteshe ko ndagushashaye
Rukundo nyumvaaa

[BRIDGE]
Ivyo akunegura ni nkomezi kuri je
Zo kugukunda buri munsi kurusha
Ntugire ubwoba sinzigera nkankama nshaka kugukunda

[CHORUS]
Nyemerera
Rimwe gusa
Nkwigishe gukundwa nogutwenga
Mpiryo bakwe rimwe gusa
Mukunzi nkakurinda amarira

[VERSE 2]
Uruwagaciro mbera Serugo
Urikindi niwe gusa nahisemwo
Mushingantahe nkubere inkingi
Je nawe tuze tuvyarire uburundi

[BRIDGE]
Ivyo akunegura ni nkomezi kuri je
Zo kugukunda buri munsi kurusha
Ntugire ubwoba sinzigera nkankama nshaka kugukunda
 
[CHORUS]
Nyemerera
Rimwe gusa
Nkwigishe gukundwa nogutwenga
Mpiryo bakwe rimwe gusa
Mukunzi nkakurinda amarira
Uuhhhh uuuhhh uhhhh
Rimwe gusaaaaa aahhh
Nyemeeeereraaaaaaa

[CHORUS]
Nyemerera
Rimwe gusa
Nkwigishe gukundwa nogutwenga
Mpiryo bakwe rimwe gusa
Mukunzi nkakurinda amarira
Niwewe wimyee
Reka nkurinde amarira
Nkwigishe ku umwenyuraaaa

Tetero Laurette
Eeeiiii…
Eeeii eeiiii nn eiinnn
Aaahhhhnnn aaahhhnnn aaahhhnn

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2019


Album : Nyemerera (Album)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

TETERO LAURETTE

Burundi

Tetero Laurette is a musician from Burundi ...

YOU MAY ALSO LIKE