Kubandiho Lyrics
Ntivyari vyitezwe
Kuhaguruka
Hagati mugacerere
Atanumwe yabonetse
Wogucungur'abantu
Uravuga ngo
Nab'ari jewe
Mb'ikimazi co gucungura ISI
Ntivyari vyitezwe
Kuba Ndiho
Vyose nikubwawe
Kuba Ndiho mwami
Nikubwawe
Wameny'amaraso kubwanje
Watanz'ubuzima kubwanje
Wapfuye kubwanje
Ntivyari vyitezwe
Kuhaguruka
Hagati mugacerere
Atanumwe yabonetse
Wogucungur'abantu
Uravuga ngo
Nab'ari jewe
Mb'ikimazi co gucungura ISI
Ntivyari vyitezwe
Kuba Ndiho
Vyose nikubwawe
Kuba Ndiho mwami
Nikubwawe
Wameny'amaraso kubwanje
Watanz'ubuzima kubwanje
Wapfuye kubwanje
Kuba Ndiho
Vyose nikubwawe
Kuba Ndiho mwami
Nikubwawe
Wameny'amaraso kubwanje
Watanz'ubuzima kubwanje
Wapfuye kubwanje
Uwaduze niwe asumba Bose
Uwaduze niwe ari hejuru y'amajuru
Akwiye gukuzwa nkagirwa muto niwe Mwami
Inganji niyiwe Ubu n'ibihe vyose niwe mwami
Ashirwe hejuru arabibereye niwe mwami
Akomerw'amashi arayakwiriye niwe mwami
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2022
Album : Kubandiho (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
YOU MAY ALSO LIKE