Home Search Countries Albums
Read en Translation

Ryoha Lyrics


It’s Monia Fleur

Ahummhaaaa Yelelelee Ahummhaaa

Oyah Mbwira!! Woba ukirizwa n’urukundo Weee Eeeh Eeeh

Oyaah Mbwira Yooh woba ugipfukamira umu cheri wawe?

Oyah mbwira uracavuga ko utobaho utamufise?

Oyaaah mbwira yooooh ukabura itiro ngo ntiyagusezeye ukama wi

Excusa iyo watevye gutaha urikumwe n’abajama (jama)

Uzi ingene bi Stressa yama aguterefona ? ngo mbega urikimwe nande?

Eeeh

Rekana nurukundo rondera akanoti (Eeeh Akanoti)

ivyurukundo twabihebeye abahinde

Ooooh na Bedi Best

Ryoha Ryoha, rondera inoti Ryoha Ryoha, sohoka nabajama Ryoha Ryoha

Ubuzima nibuto Ryoha Ryoha, Mama Yangu

Ryoha Ryoha, zana urukanywa Ryoha Ryoha

Aburukundo rwanse Ryoha Ryoha, fata agacupa kawe

Ryoha Ryoha, fata agacupa kawe Maaaa

Ahummhaaaa Yelelelee Ahummhaaa

Eeeeh mwana wa Mama Urukundo rwananiye Samsoni (utaweza?)

Mwana wa Mama Urukundo rwananiye

Sharukani (Shiiiiiiii iiii) na Adam vyamutayeko uwamazi yiteranya n’Imana juu ya

Mapenzi ?ahubona jewe nzokwubaka

Nshaje canke ndabihebe nka bikira Ange

Rekana nurukundo rondera akanoti (Eeeh Akanoti)

ivyurukundo twabihebeye abahinde

Ooooh na Bedi Best

Ryoha Ryoha, rondera inoti? Ryoha Ryoha, sohoka nabajama

Ryoha Ryoha, Ubuzima nibuto Ryoha Ryoha, Mama Yangu

Ryoha Ryoha, zana urukanywa Ryoha Ryoha

Aburukundo rwanse Ryoha Ryoha, fata agacupa kawe

Ryoha Ryoha, fata agacupa kawe Maaaa

Ahummhaaaa Yelelelee Ahummhaaa

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2024


Album : (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

MONIA FLEUR

Rwanda

Monia Fleur is rwandan musician ...

YOU MAY ALSO LIKE