Birakumvira Lyrics
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Ntamusozi uba munini imbere yawe
Kuko atanakimwe kitagushobokera
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Uri Jéhovah Shalom mahoro yanje
No mu mipfunda Yesu ubera amahoro ashitse
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Ntamusozi uba munini imbere yawe
Kuko atanakimwe kitagushobokera
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Uri Jéhovah Nissi ibendera ryacu
Igihe cose iyo tukwampaje uradutabara
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Ntamusozi uba munini imbere yawe
Kuko atanakimwe kitagushobokera
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Uri El-Shaddaï mana ishobora vyose
Imbere yawe ntakinanirana
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Unyibutsa buri munsi kurikumwe nanje
Mpanze amaso yanje kuri wewe
Oya ntamusozi woba mu nini imbere yawe
Kuko wewe mana ntakikunanira
Ntamusozi uba munini imbere yawe
Kuko atanakimwe kitagushobokera
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Ntamusozi uba munini imbere yawe
Kuko atanakimwe kitagushobokera
Ibisa n’ibikomeye mumaso yanje
Navyo bigira amatwi kandi Birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
Birakumvira mana, birakumvira
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2021
Album : Birakumvira (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
FORTRAN BIGIRIMANA
Burundi
Fortran Bigirimana is a Gospel Singer and songwriter from Burundi. He started singing at 14 and rele ...
YOU MAY ALSO LIKE