Kidding Lyrics

Mfise Amakuru, Ufise Ukuntu
Utuma Abantu Bahengama ibikanu
Utagize ico uvuga
How do you do that?
Bantera Story, Ufise umupfumu
Aguha uburozi buri uwuguteye imboni
Wese akabona Usa
Nka mama Jesus
Ibi Sindabivuga nkomeje
Don’t take it serious
You my Heaven Delivery
You look naturally ndabivuga ntasoni
Ibi Sindabivuga nkomeje
Don’t take it serious
You my Heaven Delivery
You look naturally ndabivuga ntasoni
I was just kidding (Nturoga)
I was just kidding (Ntucoma)
I was just kidding (Ntuwikoroga)
Kuko ubwiza ufise bwo nindemanwa
I was just kidding (Nturoga)
I was just kidding (Ntucoma)
I was just kidding (Ntuwikoroga)
Kuko ubwiza ufise bwo nindemanwa
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze
Ubundi
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze
None wakoze amakuru
Wateje n’induru
Some people Getting Rude
They talk about you (aahhn oooh Yeeh aaaaah)
Sometimes niho niyumva
I am also confused
Nigute ur’umutuzo
Mubintu vyose tu oooh yeh (No No No No No)
Icobikoze rata sinkubesha (Noooo)
Nakubuzeko ikosa
I know how good just you are
Mba ndi kugucokoza aaah
Ibi Sindabivuga nkomeje
Don’t take it serious
You my Heaven Delivery
You look naturaly mbivuga ntasoni
Ibi Sindabivuga nkomeje
Don’t take it serious
You my Heaven Delivery
You look naturaly mbivuga ntasoni
I was just kidding (Nturoga)
I was just kidding (Ntucoma)
I was just kidding (Ntuwikora)
Kuko ubwiza ufise nindemanwa
I was just kidding (Nturoga)
I was just kidding (Ntucoma)
I was just kidding (Ntuwikora)
Kuko ubwiza ufise nindemanwa
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze
Ubundi
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2023
Album : Kidding (Single)
Copyright : © 2023 Empire Avenue / Africori
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
SAT-B
Burundi
BIZIMANA ABOUBAKAR KARUME (born 7 December 1988), popularly known by his stage name SAT-B is a Burun ...
YOU MAY ALSO LIKE