Ugusenga Lyrics

Ugusenga. ugusenga
Kuramfash' ibihe vyose
Kunshikana kuri Data
Akankiza mu bingoye
Kandi Satan' iy' anteye
Akansuk' uburyo bgose
Ibihetangabo kenshi
Ugusenga kuramfasha
Wa gusenga, wa gusenga
Amababa yaw' ajana
Ivyo nsaba kuri Data
Yiteze kump' umugisha
Kw ari we nzigak' ubuntu
Sinzoreka kumusenga
Nzomukorer' amaganya
Ntazokwanka kunduhura
Kand' igihe kizoshika
Mbon' ibiri kure vyose
Vy’ igihugu citereye
Hariy' i wacu mw ijuru
Ni ho nzoca nterurirwa
Njanwe n'abamarayika
Ndirimban' umunezero
Nt' Ugusenga ni gukuru
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2021
Album : Kirundi Cantiques Vol.1 (Album)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
FABRICE NZEYIMANA
Burundi
Fabrice Nzeyimana, is a worshiper by calling, musician, singer,and recording artist from Burundi, an ...
YOU MAY ALSO LIKE