Home Search Countries Albums

Wabaye Umwizigirwa

BILLY BELIEVE

Wabaye Umwizigirwa Lyrics

Wabaye umwizigirwa wa Mana
Wabaye umwizigirwa mu bikomeye
Wabaye umwizigirwa wa Mana
Wabaye umwizigirwa mu bikomeye

Wakoze imirimo ntashoboye
Ubwizigirwa bwawe butemba mw'isi yose
Ikiganza cawe  gihora kuri twe
Umunezero wuzuye mu mitima yacu

Wabaye umwizigirwa wa Mana
Wabaye umwizigirwa mu bikomeye

Wakoze imirimo ntashoboye
Ubwizigirwa bwawe butemba mw'isi yose
Ikiganza cawe  gihora kuri twe
Umunezero wuzuye mu mitima yacu

Wabaye umwizigirwa wa Mana
Wabaye umwizigirwa mu bikomeye
Wabaye umwizigirwa wa Mana
Wabaye umwizigirwa mu bikomeye

Simfise uko noruvuga Rukundo rwawe Mana
Simfise uko nozivuga Mbabazi zawe Mana
Simfise uko nokavuga Gakiza kawe Mana
Simfise uko nobuvuga Ubuntu bwawe Mana
Iyego Mpari ngo ngushime
Warapfuye kubwacu
Kugira ngo duhabwe ubugingo
Warakubiswe kubwacu
Kugira ngo duhabwe ubugingo
Niwe mwami w'abami
Watanze isabagire urukundo rwawe
Simfise uko noruvuga Rukundo rwawe Mana
Simfise uko nozivuga Mbabazi zawe Mana
Simfise uko nokavuga Gakiza kawe Mana
Simfise uko nobuvuga Ubuntu bwawe Mana
Iyego Mpari ngo ngushime
Iyego Mpari ngo ngushime

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2020


Album : Wabaye Umwizigirwa (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

BILLY BELIEVE

Burundi

Billy Believe is a Rwandan gospel musician ...

YOU MAY ALSO LIKE