Home Search Countries Albums

Nzohora Nshima

DUDU T. NIYUKURI

Nzohora Nshima Lyrics


Nzohora nshima
Nzohora nshima
Umwami wane
Yesu
Nzohora nshima
Nzohora nshima
Umwami wane
Yesu

Reka nivuge uwo mwami
Nshime izina ryiwe
Umwami agira neza pe
Birenze Urugero
Iyo atanguye avuga
Ntawo mu vuguruza
Igihe cose ido akoze
Birakomera
Ndibuka uwo mugoroba
Mu mwijima mwinshi
Sinigeze nibaza ko
Haruwo mbonye
Hanyumva Mona umuco
Muruwo muco numva
Ijwi ryiwe ryiyoroheje
Rimpamagara

Nzohora nshima
Nzohora nshima
Umwami wane
Yesu
Nzohora nshima
Nzohora nshima
Umwami wane
Yesu

Maze arambgira ati
Ntuzomaramara
Ntuzigera ukorwa n'isoni
Kuko ndi kumwe nawe
Maze amfata ukuboko
Aranyiyegera
Ampa ivyizigiro vyejo
N'amahoro

Nzohora nshima
Nzohora nshima
Umwami wane
Yesu

Ndagushima
Ndagushima
Mwami Yesu
Ndagushima

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2022


Album : Nzohora Nshima (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

DUDU T. NIYUKURI

Burundi

Dudu T Niyukuri is a Gospel singer from Burundi, born in 1981 in Bujumbura. ...

YOU MAY ALSO LIKE