Home Search Countries Albums

Tina Lyrics


Simfise amajambooo
Mbona yoguhoza
Umubabaro naguteye
Intuntu n' agahinda
Sinkoma k'umwango
Ntaco mfise mvuga
Sinonarira sinovyubahuka
Kuko nteye isoni n' agahinda
Waranyizeye, umpa ivyawe vyose
Unshira m'ukwaha kwawe
Ntaco nakuburanye
Waranyisemvye uko vyari bikenewe
Sinabihaye agachiro
Ndira ayo kwarika

Tina Tina Tina
Sindakumerita
Nd'igipfamutima ntaco maze Tina
Sindakumerita
Ooh Tina, Tina, Tina
Sindakumerita
Nd'ikigwarudubi nta mugabo ndimwoo Tinaaa

Fata ikibandooo
Ukubite k'umutwe
Nimba arivyo vyoguha amahoro
Ugasubirana umunezero

Ivy'umubanoo
Ivyo bizoza Mu nyuma
Icoza gusa kiguha amahoro ukagira umutuzo mu mutima
Waranyizeye, umpa ivyawe vyose
Unshira m'ukwaha kwawe
Ntaco nakuburanye
Waranyisemvye uko vyari bikenewe
Sinabihaye agachiro
Ndira ayo kwarika

Tina Tina Tina
Sindakumerita
Nd'igipfamutima ntaco maze Tina
Sindakumerita
Ooh Tina, Tina, Tina
Sindakumerita
Nd'ikigwarudubi nta mugabo ndimwoo Tinaaa

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2023


Album : Tina (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

YOYA JAMAL

Burundi

Yoya Jamal is a Burundian artist ...

YOU MAY ALSO LIKE