Home Search Countries Albums

Cumba

NATACHA

Umunsi wa mbere duhura
Wambwiye ko ukunda gucumba
Ngo nawutari bimbari ko
Kagatsima kagufata munda
Hari agafu keza nziko ukunda
N’agasupu keza wakundaa
Gura kagafu kasekuye
Kanatsinda numva kanyerera
Ayiwelele ugacumbe mukukajya
Sinakwigerera ndamiragura
Ndamiragura ndamiragura….

Ngwino gira vuba
Garuka wihuta
Amarike yamaze gushyuha
Nyaruka n’imboga uhiteko ushyuha
Cumba cumba cumba cumba nubucumbe
Cumbaa cumba cumba cumba nubucumbe

Ubu bugari ndumva bushyushye
Mbegera mbegera mbegera hama ucumbe
Wumvise buguturiye mugutamo uhuhee
Amazi nayashyize bugufi nikakuniga nunywe
Wibuke ko nasamye maze utamike

Ngwino gira vuba
Garuka wihuta
Amarike yamaze gushyuha
Nyaruka n’imboga uhiteko ushyuha
Cumba cumba cumba cumba nubucumbe
Cumbaa cumba cumba cumba nubucumbe

Uuuuuhm cu cu cumba
Cumba cumba cumba cumba nubucumbe
Cumbaa cumba cumba cumba nubucumbe
Uuuuuhm cu cu cumba
Cumba cumba cumba cumba nubucumbe
Ayiwee cumba cu cu cu cumba..
Cumbaa cumba cumba cumba nubucumbe
Cu cu cu cu nubucumbe
Ayiwe cumba cumba….

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Added By : Florent Joy


Release Year : 2020


Album : Cumba (Album)


Genre :

SEE ALSO

AUTHOR

NATACHA

Burundi

Natacha Ngendabanka is a singer from Burundi ...

YOU MAY ALSO LIKE