Home Search Countries Albums

Yasa N’irirenga

MT NUMBER ONE

Yasa N’irirenga Lyrics

[VERSE 1]
Hariya iwacu iyo nakuriye
Habaye umwana yari INTORE
Yari umubayaga yarezwe runtu
Yari akarorero muruganwe
Uwo mwana nikatihabwa
Yarakunze eka yarakundwa
Yari umukirisitu ntiyasiba misa
Niko yarezwe ntiyahemuka

[CHORUS]
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga

[VERSE 2]
Aho yankunda nanjye nkamukunda
Sije namujanye ayibambe wee
Barayamaze ngo bayagabangana
Abatware nibo bamuntwaye

nzokwama nicara kuri kagasozi
M’umucamo umwe yahora aca
Ntege amaso yuko yogaruka
Ngo aze anzaniye wa mutima

[CHORUS]
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga

Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga
Yitwa Tiroryinka yasa nirirenga

 

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2017


Album : Yasa N'irirenga (Single)


Copyright : (C) 2017 mtnumber one.


Added By : Florent Joy

SEE ALSO

AUTHOR

MT NUMBER ONE

Burundi

MT NUMBER ONE is an East Africa based  singer, songwriter and music composer from Burundi and b ...

YOU MAY ALSO LIKE