Nawe Lyrics
The key
Ndabira bébé imyaka myishi iraheza
Dukundana twinyegeza mbe bizodushikana hehe?
Kwanza mutima menya ko ngukunda ivyimvamutima
Ndacarondera uburyo bwo kuzotera iteka abavyeyi bakuvyavye
Eh’urunganwe rwacu rwaheza rwubaka yoo!
N’imyaka iratujanye tutararushinga
Oya , oya , oya nturabe abandi boo boo burya imyenge y’inzu imenywa na nyeneyo
Ururukundo rwo kwihishahisha hisha
Narabimbiwe nivyo kwihisha hisha hisha
Nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe
Nanje nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe
Nawe, nawe , nawe eeh
Nawe ,nawe ,nawe babyyyyyy
Burya uwitonze amira ibinoze reka tuvyitondere
Ntitumere nkababandi bamara kabiri ukumva ngo bahukanye
Twitonde gushika ryari?
Turindire kugeza ryari
Ngo dushiremwo ishaka ahari ishaka harashikwa
Fata icemezo c’abagabo je ndikumwe nawe
Kandi ma ,kandi ma amajambo umbwiye aranyuze reka tubikore ibigiye inama bigira Imana
Yegome yegome nukuli hari hageze
Ururukundo rwo kwihishahisha hisha
Narabimbiwe nivyo kwihisha hisha hisha
Nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe
Nanje nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe
Nawe, nawe , nawe eeh
Nawe ,nawe ,nawe babyyyyyy
Ngumane nawe
Nryoherwane nawe
Nsazane nawe
Ngumana nawe
Nryoherwane nawe
Nsazane nawe
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2023
Album : Nawe (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
MEILI
Burundi
Merveille Mugisha, better known as Meili, is a female singer from Burundi. Born and bread in Burundi ...
YOU MAY ALSO LIKE