Dukate Lyrics
Meili iiiii ooh
Pas après pas viens vers moi (ooh yeah)
Unfate ukuboko ntutinye (ooh yeah)
Nyegera iruhande rwanje nkubwire uko ngukunda
Woba womenya umunezero ngira unfumbatiye
Ngwino shenge umbere umugisha uje uhora umpezagira
Shaka kwari we mubuzima mu vyo ukora uja unyemeza
Ooh habibi it’s time to shine
Comon comon baby don’t be shy
See how together we look so fine
Together together me and you so fine
Dukate ,Dukate ,dukatikeee mama (Mama dukate)
Dukate,Dukate,dukatike tubemeze
Dukate ,Dukate ,dukatikeee mama (Mama dukate)
Dukate,Dukate,dukatike tubemeze
Wanyerets ivyijuru kandi turimwisi
Wa-mpinduye uko ntari ndavyiteze
Watumye niyumva yuko ndi murukundo
Nkabona ishusho yawe muvyanje vyose
Nyegera , nyegera, nyegera dukate
Viens danser, viens danser, danser avec moi
Ooh habibi it’s time to shine
Comon comon baby don’t be shy
See how together we look so fine
Together together me and you so fine
Dukate , Dukate , dukatikeee mama
Dukate, Dukate, dukatike tubemeze
Dukate , Dukate , dukatikeee mama
Dukate, Dukate, dukatike tubemeze
Juste une danse, histoire de se rappeler tous ces
Beaux moments que l’on, que l’on a passé
Je demande qu’à partager l’amour que j’ai pour toi
Et à sentir ta peau sur la mienne yeaaaah
Dukate,dukate,dukatike tubemeze
Dukate,dukate,dukatike tubemeze
Dukate ,Dukate ,dukatikeee mama
Dukate,Dukate,dukatike tubemeze
Dukate , Dukate , dukatikeee mama
Dukate, Dukate, dukatike tubemeze
Mama dukate
Mama dukate
Mama dukate
Mama dukate
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2021
Album : Dukate (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
MEILI
Burundi
Merveille Mugisha, better known as Meili, is a female singer from Burundi. Born and bread in Burundi ...
YOU MAY ALSO LIKE