Home Search Countries Albums

Gotomera

Kellyna

Read en Translation

Gotomera Lyrics


Nagiye mu rukundo birangira mbabaye

Ndondez' inoti birangira zibuze

Uwushaka umuce Nawe acika ijoro

Mumiziki Naho ngo ndare ijoro

Navuye ruguru nshikira mu muji

Ngira biri easy

Oya shenge

Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje

Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje

Fata agacupa gotomera

Ntabibazo gotomera

Nimba Ufise gotomera

No wahala gotomera

Gatambe maaaa

Sebeya sebeya

Sebeya sebeya

Gakate akaziki sikarate

Gakegake nk'urwendengwe

Shusha kiuno na ukate

Ikibidi tulale tanalala

Tunakusanya pesa madollar

Wapinzani tunawaacha mbale

Shida na stress tupa mbale eeehe

Navuye ruguru nshikira mu muji

Ngira biri easy

Oya shenge

Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje

Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje

Fata agacupa gotomera

Ntabibazo gotomera

Nimba Ufise gotomera

No wahala gotomera

Gatambe maaaa

Sebaya sebeya

Sebeya sebeya

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2024


Album : (Single)


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

Kellyna

Burundi

...

YOU MAY ALSO LIKE