Kosho Lyrics
Sinjya mbeshya abo nitamwo
I don’t know how to say it
Iyo umfatishije ndizana
Coz I’m a cheater
Siniyoberanya
Uku mba nipoweye
Simvyegereza umutima
Mba nigize intama
Sha nditonda
Wazana uburara mba nka Ossama
Nta Deal(ru) z’ama bara na nyamacoma
I’m gonna treat you right and love you hard uzonyurwa
Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze
Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze
Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi
Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah
Mfunga la tete
Ufunga Les jambes
Its Crazy relationship
Nubona nkuha n’umunota
Uje unshimira
Hari indi bitch y’ubu mechant
Iba iri inyuma
I need you to understand
If I let you down
S’uko utari level zanjye
Uri mwiza sha
So far you’re my darling
Trust me you are
Even if what you heard may be true I love you
vyose ni urugamba tuzorugwana
If I let you down uzuvyumve niko ndemwe
Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze
Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze
Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi
Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2024
Album :
Added By :
SEE ALSO
AUTHOR
DRAMA T
Burundi
Born on July 23 in Muyinga, DRAMA T, whose real names are Irankunda Herry, is a singer and songwrite ...
YOU MAY ALSO LIKE