Home Search Countries Albums

Narushe

DOUBLE JAY

Narushe Lyrics


Ooooho baby
Reka nkwibarize
Mbarira ma babe
Mbe niki cabuze

Twakundanye nzi ko uzombera nk'ihasa
None ubu mukunzi ko je mbona tudasa
Niki caguhinduye mbwira ikidagenda
Je ndarushe ndananiwe mbwira mbega ntukinkunda

Je ndakumbuye
Vyabihe vyiza tugikundana
Yagiye hehe yamazina twitana
Nkikwita chéri motema na ngai
None ubu usigaye unyereka akagaye
Ivyacu vyarayangaye
Urukundo rwacu ruragwaye

We bikore nkuko ubigomba
Ariko umenye ko bimbabaza
Hako ndinda ngwara nkaremba
Wopfuma umbwira tukabiheza

Kuko oooh

(Narushe kubabara)
Umutima umutima wanje...
(Warushe kubabara)
Iyeeiiiiyeeh iiiiyeeeiiiyeeeeh
(Narushe kubabara )
Umutima warusheeee
(Warushe kubabara)

Yeah baby change your mind
Baby please baby change your mind
Yeah baby change your mind
Baby please baby change your mind

 


Tell me I wanna know
(Me I wanna know)
Ko usigaye umeze uko iiieeeiieeh
Niki catumye mwiza wanje ngo uhinduke
Cank wabonye abaguha vyinshi je nguha duke
Kubw'inyifato yawe ndababara (ndababara)
Garura ya mico yawe imwe yakera
Ooooh..!!!

Ureke kuntahirako
Kandi wame wibukako
Wigeze kundahirako
Kumbabaza utobisabirako

Je ndakumbuye
Vyabihe vyiza tugikundana
Yagiye hehe yamazina twitana
Nkikwita chéri motema na ngai
None ubu usigaye unyereka akagaye
Ivyacu vyarayangaye
Urukundo rwacu ruragwaye

We bikore nkuko ubigomba
Ariko umenye ko bimbabaza
Hako ndinda ngwara nkaremba
Wopfuma umbwira tukabiheza

Kuko oooh

(Narushe kubabara)
Umutima umutima wanje...
(Warushe kubabara)
Iyeeiiiiyeeh iiiiyeeeiiiyeeeeh
(Narushe kubabara )
Umutima warusheeee
(Warushe kubabara)

Yeah baby change your mind
Baby please baby change your mind
Yeah baby change your mind
Baby please baby change your mind

Bantubwoy

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2020


Album : Narushe (Single)


Copyright : (c) 2020, Bantubwoy Entertainment


Added By : Afrika Lyrics

SEE ALSO

AUTHOR

DOUBLE JAY

Burundi

DOUBLE JAY (once again)  is a musician from Burundi. He is Signed under Bantu Bwoy Entertaintme ...

YOU MAY ALSO LIKE