Home Search Countries Albums

Bararindiriye

ADO JOSAN

Bararindiriye Lyrics


Nibafata agatebe bicare kuko kurindira bahagaze bizobarusha aah bizobarusha
Nibafate nishuka bifuke kuko kurindira bivaye bizobarurusha aah bizobarusha
Imana itanga iyiba umuntu nkabo jewe sinoronka
Ntibanezezwa niciza cuwundi nabana binzoka
Bavyibushe kumubiri kumutima baramaze kuyoyoka
Muvyiza ibihumbi nkora ikibi kimwe kuribo nico kiboneka

Iyo oh baragwaye bararemvye
Nukuri bararemvye
Naho batavyemera barare
Bararindiriye (ngo ninananigwa banseke)
Bararindiriye (ninakena ndabasabe) bararindiye
Ninadfa ivyiza vyanje babivuge
Bararindiriye eeh eeeh
Bara bara Bararindiriye

Inzira yimigosha iva kumana iza iwanje ntiga iwanyu, no no no
Kandi kubaho kwanje nikubwimana sikubwanyu
Kwimana itabaye muzohisha hehe izo sura zanyu oh oh oh
Kui ivyi imana igihe kunkorera ibi mubona naksamnyu
Bipfuza ko nama mumarira
Isi ikasama ikamira
Ngapfa nkagenda bakanyibagira aah
Yooo bakanyibagira
Bipfuza ko nama mumarira
Isi ikasama ikamira
Ngapfa nkagenda bakanyibagira aah

Bararindiriye (ngo ninananigwa banseke)
Bararindiriye (ninakena ndabasabe) bararindiye
Ninadfa ivyiza vyanje babivuge
Bararindiriye eeh eeeh
Bara bara Bararindiriye

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2022


Album : Bararindiriye (Single)


Copyright : (c) ORGINAL MUSIC ENTERTAINMENT


Added By : Farida

SEE ALSO

AUTHOR

ADO JOSAN

Burundi

Ado Josan is a musician from Burundi. ...

YOU MAY ALSO LIKE