Home Search Countries Albums

Ikiza

PAZZOS BI

Ikiza Lyrics


Ngaho, cuídense, pay atention, 
Fanya hange, Ivyaduka vyarateye, keba na yo, 
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De Sida y Coronavirus, 
¡Vete Coronavirus!

Ntamukuru kandi ntamuto, 
Imbere yayo bose barangana 
Dutinye ico kiza kitubaha, 
Cateye hano iwacu kumitumba. 
Kija mumakomine cak'indarooo, 
Waja muma province ukagisangayo 
Kirabangamiye Kino gihugu cacu, 
Ek'isi yose kiraturembeje.

Abantu burya natwe turagoye, 
Twikwegera imbere y'urupfu ho bigoye 
Baraduhanura ukuntu twokwirinda, 
Natwe tuazibira amatwi yacu 
Sida uyanduye ntaho wivuza, 
Coronavirus yoyo irarandura 
Ic'usabwa ni gupimisha ubuzima bwawe, 
Twugare tubizibirireko.

Abantu ahubona ntiboroheje, 
Bapimisha Sida amaso yabo 
Babony'ukirutswe na Malaria, 
Ngo urya yaramaze kwandura agakoko 
Duhebe insaku no Gutwariranir'umunwa, 
Tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi, 
Sida yaje kugira abana bene Imana Impfuvyi, 
Coronavirus yo ni ikirimbuzi.

Abantu burya natwe nyene turagoye, 
Twikwegera imbere y'urupfu, ho bigoye 
Ndirimba mbahanura ukuntu, twoyirwanya 
Nteg'amatwi utibaza kurik' utumwanya 
Irinde guc'inyuma y'umufasha, 
Wawe Koresha ivyuma rwawe kumubiri, 
Wawe Komeza wipimish'uraba ubuzima, 
Bwawe Twugare kandi tukizibirireko ...

 

Enjoy Synced Lyrics With Our Mobile App

Download on Google PlayGet it on App Store

WATCH VIDEO

ABOUT THIS SONG


Release Year : 2020


Album : Ikiza (Single)


Added By : Lacsap

SEE ALSO

AUTHOR

PAZZOS BI

Burundi

PAZZOS BI, whose real name is Pascal BIMENYIMANA, is a singer, songwriter and music producer born Ap ...

YOU MAY ALSO LIKE