Uri Igitangaza Lyrics
Twaje mwami kugwina
Ngwino Manuka hagati muri twe
Tera iteka abana bawe
Wakire Ishimwe reach mwani
Mwami uri igitangaza
Ku ntebe yawe y'ubgiza
Nsimfise ico novuga
Akanwa kanje gaseseka ishimwe
Mwami ntawosa nawe
Mwizigirwa munyakuri
Ntaritse ibiganza imbere yawe
Mvuze impundu nkoma n'amashi
Nezerejwe no kugushima
Mwami uri igitangaza
Ku ntebe yawe y'ubgiza
Nsimfise ico novuga
Akanwa kanje gaseseka ishimwe
Mwami ntawosa nawe
Ndatangazwa n'ubuntu bwawe
Ko wankunze ntabereye
Ngatoranywa kuba mungoro
Yawe kubg'imbabazi zawe
Mbabazi zawe
Mwami uri igitangaza
Ku ntebe yawe y'ubgiza
Nsimfise ico novuga
Akanwa kanje gaseseka ishimwe
Mwami ntawosa nawe
Mwami uri igitangaza
Ku ntebe yawe y'ubgiza
Nsimfise ico novuga
Akanwa kanje gaseseka ishimwe
Mwami ntawosa nawe
Mwami ntawosa nawe
Mwami ntawosa nawe
WATCH VIDEO
ABOUT THIS SONG
Release Year : 2021
Album : Uri Igitangaza (Single)
Added By : Farida
SEE ALSO
AUTHOR
DUDU T. NIYUKURI
Burundi
Dudu T Niyukuri is a Gospel singer from Burundi, born in 1981 in Bujumbura. ...
YOU MAY ALSO LIKE